Kirundi talas av ca 8 miljoner människor och framför allt då i Burundi och det kan ju vara bra att kunna prata det språket om man nån gång åker dit och fikar eller så.
Burundi Bwacu, Burundi buhireShinga icumu mu mashinga,Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo. Warapfunywe ntiwapfuye, Warahabishijwe ntiwahababuka, Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira. Komerwamashyi n'amakungu, Habwa impundu nabawe, Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga, Burundi bwacu, ragi ry'abasokuru, Ramutswa intahe n'ibihugu, Ufatanije ishyaka n'ubu hizi; Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza. Burundi bwacu, nkoramutima kuri twe se, Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima, Imana yakuduhaye ikudutungire. Horana umwami n'abagabo n'itekane. Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza.
Trevlig helg på er/ Ace
Inga kommentarer:
Skicka en kommentar